Ibigezweho kuri COVID-19: Ingingo zikomeye muri Sydney zashizwe mu ngiro

Aha uhamenyera ibigezweho kuri coronavirus muri Australia kw'itariki 23 Myandagaro 2021

Workers conduct a deep clean at Carlton Public School in Sydney, Monday, August 23, 2021.

Workers conduct a deep clean at Carlton Public School in Sydney, Monday, August 23, 2021. Source: AAP Image/Joel Carrett

  • Ibibanza hibonekejemo ukwandura cane, zimwe mu ngingo ni hamwe n’amasaha ntarenga yo kuva mu rugo (5h00- 21h00) hamwe no kutarenza isaha imwe mwikarashishi ku musi
  • Intara ya Victoria yagize 22 banduye mu buryo butangaje
  • Umurwa mu kuru ACT watanguje abashaka kwiyandikisha ngo baronke urucanco rwa Pfizer bari hagati y’imyaka 16-29
  • South Australia nayo yatanguye kugerageza umugambi wo gushira mu rugo abari mu kato


New South Wales 

Intara ya NSW yagize abantu 818 banduye uno musi mu gihe muri abo 42 bacidegemvya mu kibano kandi banduye. Batatu muri abo bari mu myaka 80 kandi bose bari basanzwe bafise indwara bagendana bitavye Imana.

Uhereye uno musi izindi ngingo zongerejwe muri greater Sydney,(additional rules apply across Greater Sydney) mu gihe abakozi bava mu duce nka  Canterbury-Bankstown, Cumberland na Fairfield  batagikeneye kwisuzumisha COVID-19 kenshi  kugira ngo bashobore gusohoka muri utwo duce twabo baja ku mirimo yabo.

Saba umubonano ngaha kugira wicandagishe. vaccination appointment.

Victoria

Abashika 71 nibo banduye umugera wa COVID-19, mu gihe 22 bataramenyekana iyo banduriye n’uwabanduje. Abandi batanu baracari mu kibano bidegemvya kandi banduye.

Mystery cases were recorded in Essendon West, Camberwell, Thornbury, Fitzroy North, Maidstone and Sorrento.

Abo bataramenyekana iyo banduriye bibonekeje muri Essendon West, Camberwell, Thornbury, Fitzroy North, Maidstone na Sorrento.

Fyonda ngaha umenye urutonde rw’ibibanza abantu banduriyemo list of exposure sites  co kimwe naho wokwicandagirisha list of vaccination centres

Australian Capital Territory

Umurwa mukuru waronse 16 banduye, kandi batatu muri abo baracagirwako amatohoza. Aho ni mu gihe bandi batatu bidegemvya mu kibano kandi banduye.

Abakwije imyaka iri hagati ya 16-29 barashobora kwiyandikisha baciye ngaha kuri runo rubuga My Digital Health Record  kugira ngo bashobore kuronka urukingo rwa Pfizer.

Fyonda ngaha umenye urutonde rw’ibibanza abantu banduriyemo list of exposure sites  hama ushobore kumenya namba wujuje ivyankenerwa kugira uronke urucanco rwa COVID-19 vaccination.

Mu masaha 24 aheze muri Australia

  • Muri Queensland habonetse umuntu umwe yanduye kandi ari mu kato.
  • South Australia nayo yatanguye kugerageza umugambi wo gushira mu rugo abari mu kato, kugira abantu bishire mu kato mu mihana yabo hako baja muma hoteri, bityo bagakurikiranwa hisunzwe ubuhinga buzwi nka “geo-locaction hamwe na facial recognition software”
Kuja mu kato, ingendo, ibibanza vyo gusuzumiramo hamwe n’agahembo ku basinzikajwe n’ikiza

Kwishira mu kato hamwe n’ibisabwa mu kwisuzumisha bikorwa mbere bigashimangirwa na reta z’intara hamwe n’ibisagara:

NSW Travel & transport na Quarantine
VIC Travel permitOverseas travellers na Quarantine
ACT Transport na Quarantine
NT Travel  na Quarantine
QLD Travel  na Quarantine
SA Travel  na Quarantine
TAS Travel  na Quarantine
WA Travel  na Quarantine

Mu gihe wipfuza gufata ingendo zo hakurya y’amazi, urashobora kubisaba uciye k’ubuhinga ngurukana bumenyi mu gihe wipfuza uburenganzira bwihariye. Fyonda ngaha. Click here ukaba wipfuza kuva muri Australia, hariho amakuru menshi ushobora kurondera. Hariho ingingo z’agateganyo zerekeye indege zija hakurya y’amazi zama zasubiwemo na reta mbere zigashirwa ku gihe ngaha kurubuga ngurukanabumenyi   Smart Traveller.





Genderera NSW Multicultural Health Commnucation ifise serivisi isigura: 

COVID-19 Vaccination Glossary
Appointment Reminder Tool.



Ibibanza vyo gusuzumiramo umugera mu ntara no mub’ibisagara:

NSW 
Victoria 
Queensland 
South Australia 
ACT 
Western Australia 
Tasmania
Northern Territory 



Amakuru ajanye n’agahembo ku basinzikanjwe n’ikiza mu ntara n’igisagara ubamo:

NSW 
Victoria 
Queensland 
South Australia 
ACT 
Western Australia 
Tasmania
Northern Territory


Share

Published

By SBS/ALC Content
Presented by Jean-Paul Amedee Nizigama
Source: SBS

Share this with family and friends


Follow SBS Kirundi

Download our apps
SBS Audio
SBS On Demand

Listen to our podcasts
Independent news and stories connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians.
Ease into the English language and Australian culture. We make learning English convenient, fun and practical.
Get the latest with our exclusive in-language podcasts on your favourite podcast apps.

Watch on SBS
SBS World News

SBS World News

Take a global view with Australia's most comprehensive world news service